Hamaze gukorwa iki mu cigwa c’umuziki kuva aho habonekeye abahinga bo gufasha kugira gitangwe neza?

Kw’itariki 02/9/2015 ni ho ishure kaminuza ryigisha umuziki ry’i gitega ryasohora abahinga bambere mu vyirwa vy’umuziki. Abo bahinga bariyemeje kuri uyo musi ko biteguye gufasha aho hose bazokenerwa kugira icigwa c’umuziki gitangwe neza.Gushika ubu nta kirakorwa kugira abo bahinga bafashe. Bamwe muri bo barakoze ubushakashatsi bwokumenya aho baherereye uko icirwa c’umuziki gitangwa:
 »Aho naciye mu mashure amwe amwe yo mu gisagara ca Gitega nasanze icigwa c’umuziki kidatangwa, Aho gitangwa na ho, bikorwa nabi kuko abigisha batize amategeko y’umuziki », Ivyo bivugwa n’umwe muri abo bahinga, Cyriaque KIBONGE, aho avuga ko yatangaye aravye ikaye y’umunyeshure umwe agasanga umwigisha yabigishije ko amanota y’umuziki bapfa aho bayashize. Mwomenya ko mu cegeranyo NDUWIMANA Ezéchiel yari yatanze ahejeje kwereka abigisha uko bigenda mu cigwa c’umuziki, igihe hatunganywa ivyirwa vyo gukarihiriza ubwenge abigisha vyabaye Igenekerezo rya 19/9/2015, yari yashizemwo ingorane abona n’icokorwa kugira ico cigwa gitangwe neza. Mwomenya kandi ko izo ngorane z’icigwa c’umuziki ziri mu Burundi bwose.

Publicités

Publié par

MUSICOLOGY GITEGA

Ancien professeur de Musique, Justin BARANSANANIKIYE fut l’un des fondateurs de l’Orchestre national du Burundi en 1977. Il a participé à différents programmes inter-africains pour la promotion de la Musique tenus au Niger, au Bénin et au Togo. En 1991, il reçoit son « Doctor of Divinity », et en 1993, son « Doctor of Ministry » de Asia Graduate University and Theological Seminary, ainsi que l’« International Culture Prize in Religion ». Evêque depuis 1999, il est le fondateur de L’INSTITUT DE MUSICOLOGIE DE GITEGA en 2013. Il est aussi auteur du livre "THE SWEEPING WAVE", (ISBN : 978-1-4567-8172-9) publié en 2011 aux éditions Authorhouse, Indiana, USA, et aussi "DE L'INANGA A LA GUITARE CLASSIQUE-L'HISTOIRE DE LA NAISSANCE DE LA MUSIQUE BURUNDAISE MODERNE" en 2014.

Laisser un commentaire

Entrez vos coordonnées ci-dessous ou cliquez sur une icône pour vous connecter:

Logo WordPress.com

Vous commentez à l'aide de votre compte WordPress.com. Déconnexion / Changer )

Image Twitter

Vous commentez à l'aide de votre compte Twitter. Déconnexion / Changer )

Photo Facebook

Vous commentez à l'aide de votre compte Facebook. Déconnexion / Changer )

Photo Google+

Vous commentez à l'aide de votre compte Google+. Déconnexion / Changer )

Connexion à %s