Ca Gitabu « UGUHINGURA INDIRIMBO ZIFISE AKANOVERA NYAKO K’UMUZIKI W’ÚBURUNDI » (368 pg)

Canditswe na Mgr. Dr. Justin BARANSANANIKIYE, PhD(Musicology), Umuyobozi wa INSTITUT DE MUSICOLOGIE DE GITEGA, hishimikijwe ubushakashatsi buherutse gukorwa n’abahinga babinonosoye mu gisata C’IMVYINO N’INTAMBO KAMA Z’UBURUNDI

CASOHOTSE !

Ni Igitabu gishira ku mugaragaro kandi kigasobanura neza UMUGAMBI MUSHASHA WO GUSUBIZA AKANOVERA NO KUNAGURA UMUZIKI WA KIJAMBERE W’UBURUNDI, twishimikije ubumenyi kama bwa basokuru, mu kuvoma ku masoko y’Ubuhinga baturaze bw’imidiho no gucuraranga no kuvyina, tugakora twisunze amategeko mpuzamakungu yo guteza imbere Umuziki kavukire, kugira twinjize Umuziki w’ukuri w’Uburundi ku rwego Mpuzamakungu.

MENYA NEZA: Abaririmvyi bose b’Abarundi boba bifuza kuzokwinjira muri uwo mugambi basabwe kwimenyekanisha muri INSTITUT DE MUSICOLOGIE DE GITEGA:
Whatsap: 68 316 008, canke 79 138 657, canke 79 877 097
Email: musicologygitega@gmail.com

MURAHAWE IKAZE MWESE!

#Burundi #UE #Gitega #ethnomusicologie #Bujumbura #Allemagne #musique #Culture #jeunesse #danse #enseignement #magazine #Education #universite #Afrique

INSTITUT DE MUSICOLOGIE DE GITEGA
B.P 197 Gitega (Burundi)
Tel: +257 79 877 097
E-mail: musicologygitega@gmail.com
Facebook : https://www.facebook.com/profile.php?id=100063656172467

Publié par

MUSICOLOGY GITEGA

Ancien professeur de Musique, Justin BARANSANANIKIYE fut l’un des fondateurs de l’Orchestre national du Burundi en 1977. Il a participé à différents programmes inter-africains pour la promotion de la Musique tenus au Niger, au Bénin et au Togo. En 1991, il reçoit son « Doctor of Divinity », et en 1993, son « Doctor of Ministry » de Asia Graduate University and Theological Seminary, ainsi que l’« International Culture Prize in Religion ». Il gagne en meme temps son PhD (Musicology) de Kensington University, USA. Evêque depuis 1999, il est fondateur et Recteur de L’INSTITUT DE MUSICOLOGIE DE GITEGA en 2013. Il est aussi auteur du livre "THE SWEEPING WAVE" publié en 2011 aux éditions Authorhouse, Indiana, USA, et aussi "DE L'INANGA A LA GUITARE CLASSIQUE-L'HISTOIRE DE LA NAISSANCE DE LA MUSIQUE BURUNDAISE MODERNE" en 2014, "MUSIQUES TRADITIONNELLES,VOCALES ET INSTRUMENTALES DU BURUNDI", 2018, "MANUEL DES CHANTS POUR ECOLIERS ET ELEVES", 2019, "UGUHINGURA INDIRIMBO ZIDISE AKANOVERA NYAKO K'UMUZIKI W'UBURUNDI", 2022.

Laisser un commentaire